Post Views: 0 Abahinga mu vy’uburimyi bavuga ko abarimyi bamaze igihe bakoresha ifumbire ya FOMI irenze urugero mu mirima yabo mu Burundi. Mu kiganiro Kw’īsôko c’uno musi tuvuga ingaruka z’ukurenza urugero mu gufumbira. #Burundi#FOMI#ifumbire