Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 29/01/2022

Publié le 29 janvier 2022 par Rédaction
Haraheze igihe umuryango w’umukuru w’igihugu utunganya uko umwaka utashe ibikorane vy’amasengesho. Intumbero ikaba iyo gushimira Imana. Ikigabane « Kw’isoko » c’uno munsi kiza kurabira hamwe namwe ico gikorwa uko kiba gitunganije n’ico amategeko y’igihugu abivugako.

Ibindi bisa n'ibi