Inyuma y’igitero c’aba El Shabab mu gihugu ca Somalie, igitero cahitanye abasirikare b’abarundi, imiryango y’abo basirikare iri mu mwiheburo munini. Ikigabane Kw’isôko c’uno munsi, kiza gushimikira ku ngaruka mbi zishikira imiryango y’ababuze, dufatiye ku gacerere k’igisirikare c’Uburundi ku vyabaye.