Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 03/06/2023

Publié le 3 juin 2023 par Rédaction
Ikiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi gishimikira ku ngingo zafatiwe mu nama idasanzwe y’abakuru b’ibihugu vy’akarere iheruka, ku bijanye n’imigwi yitwaje ibirwanisho y’abanyamahanga icumbitse muri Republika ya Demokarasi ya Congo.

Ibindi bisa n'ibi