Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 08/07/2023

Publié le 8 juillet 2023 par Rédaction
Ikiganiro Kw’isôko c’uno munsi kiza guhagarara ku ngingo iherutse gufatwa n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, ivuga y’ukwo ata mwana n’umwe azosubira kwandikwa akivuka, mu gihe se atazoba azwi.

Ibindi bisa n'ibi