Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 11/09/2021

Publié le 11 septembre 2021 par Rédaction
Mu kiganiro Kw’Isôko uno musi, tubabwira ingene umurundi w’impunzi w’i Mahama mu gihugu kibanyi c’Urwanda Parfait Hakizimana yavyifashemwo mw’ihiganwa ryitwa Jeux paralympiques ryabereye i Tokyo mu Buyapani.

Ibindi bisa n'ibi