Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 15/07/2023

Publié le 15 juillet 2023 par Rédaction
Ikiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi kigaruka ku ngingo yo kubuza abanyagihugu kugurisha amatongo ku banyamahanga, ingingo yavuzwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu.

Ibindi bisa n'ibi