Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 19/11/2022

Publié le 19 novembre 2022 par Rédaction
Ikigabane Kw’Isôko c’uno munsi kiza gushimikira ku biganiro bigiye gutangura i Nairobi, ibiganiro bizohuza igihugu ca Congo n’imigwi yafashe ibirwanisho ibarizwa muri ico gihugu, hamwe n’ico ivyo biganiro bishobora gushikako.

Ibindi bisa n'ibi