Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 29/07/2023

Publié le 29 juillet 2023 par Rédaction
Isi yose yahimbaza umunsi wahariwe kurwanya indwara y’igitigu bita hépatite. Ikiganiro Kw’isoko c’uno munsi kiza kuraba uko vyifashe mu Burundi, hamwe n’akamaro ko kuyikingira.

Ibindi bisa n'ibi