Post Views: 0 Mu kiganiro Kw’Isôko co kuri uno wa gatandatu, tugaruka ku bihano vy’ihadabu yashizweho n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, ku bantu bose badashira amatara ku ngo zabo, amatara agenewe kubonesha ku mabarabara. #Burundi#gushira amatara ku ngo#ihadabu#itegeko