Abarongoye ama komine, nibo bagiye kuba abakoresha b’abakozi ba leta bayakoreramwo. Umukozi wa leta wese azoza arasuzumwa na musitanteri. Iyo ngingo yafashwe n’umushikiranganji w’abakozi ba leta. Mu kiganiro kw’isôko c’uno munsi, tugaruka kuri iyo ngingo iteye amakenga abatari bake.