Post Views: 0 « Ubutungane bw’Uburundi bwoba bufise ububasha bwo gucira urubanza aboba barakoze ihonyabwoko mu 1972? » Ico nico kibazo tuza kugerageza kwishura mu kiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi. #1972#Burundi#CVR#Ihonyabwoko#Ubutungane