Post Views: 0 Mu kiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi tuvuga ibijanye n’akamaro ko kwiga, inyuma y’aho umukuru w’igihugu amenyeshereje ko abize amashure menshi ata ntererano bafise ku gihugu. #Burundi#kwiga#umukuru w'igihugu