Post Views: 0 Ikiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi gishimikira ku ngingo umukuru w’igihugu avuga ko ategekanya gufata, mu ntumbero yo guteza imbere ubutunzi bw’Uburundi. #Burundi#ubutunzi#umukuru w'igihugu