Post Views: 0 Igishusho c’umuganwa Rudoviko Rwagasore giheruka gusamburwa ku murwa mukuru w’intara ya Karuzi. Mu kiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi, tugerageza kumenya igituma ico gishusho c’incungu y’ukwikukira kw’Uburundi kitarasubira kwubakwa. #Burundi#Karusi#Rwagasore