Post Views: 0 Ikiganiro Kw’Isôko c’uno musi kiza kuraba ibijanye n’itegeko ry’umukuru w’igihugu, riherutse gushiraho umugwi nshingwabikorwa w’umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH. #Burundi#CNIDH#inama nshingamateka#umukuru w'igihugu