Post Views: 0 Uno musi, ikiganiro Kw’isoko kiza kuraba ibijanye n’ingingo iherutse gufatwa n’inama y’ikigo c’igihugu kijejwe gucungera amakuru mu Burundi CNC, ingingo ihagarika indirimbo zigera kuri 31 zihorwa kuba zicafuza imico n’akaranga vy’Uburundi. #Burundi#CNC#imico n'akaranga