Post Views: 0 Ikiganiro Kw’isoko c’uno munsi kiza guhagarara ku mugambi w’ishirwa mu ngiro ry’itegeko riha uburenganzira bwo kuronka amakuru canke inyandiko ku bavyipfuza bose, umugambi watangujwe kuva mu mwaka wa 2011. #Burundi#inyandiko#ishirwa mu ngiro#itegeko