Post Views: 0 Mu kiganiro Kw’Isôko c’uno munsi wa gatandatu wa mbere w’umwaka wa 2022, tugaruka ku bukene bwugarije hafi ica kabiri c’abarundi, nk’ukwo biri mu vyigwa vy’ikigo kijejwe gutororokanya ibiharuro vy’ubuzima bw’igihugu ISTEEBU. #Burundi#ubukene