Post Views: 0 Mu kiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi, duca irya n’ino itunganywa ry’inama rukokoma mu gisata c’indero mu Burundi, inama itegekanijwe uyu mwaka. Intumbero ikaba ari iyo gutorera inyishu ibibazo bihanze ico gisata muri rusangi. #Burundi#igisata c'indero#inama rukokoma