Ku mwaka ku mwaka, inyuma y’ikibazo ca leta c’ishure shingiro, hari abanyeshure badaheza ngo babandanye amashure inyuma yo kuyoberwa ico kibazo. Abo nabo ntibaheza ngo basubire bakurikiranwe. Ikigabane « Kw’īsôko » c’uno musi, kiragerageza kwiga ahari ikibazo n’icokorwa.