Leta y’Uburundi igiye gushiraho igisirikare kizokwikorwako bikenewe kigafasha no mw’iterambere ry’igihugu. Ico naco kizoba gihurikiyemwo bamwe mu bakukuruke hamwe n’aba civil. Ikigabane Kw’isôko c’uno munsi, kiza kwihweza ibijanye n’imigambi leta ifise kuri ico gisirikare.