Post Views: 0 Ikiganiro Kw’Isôko c’uyu musi kigaruka ku cizere umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye agirira kuri sentare ntahinyuzwa, aho harahira mu ndwi iheze abacamanza bashasha b’urwo rwego rw’ubutungane. #Burundi#sentare ntahinyuzwa#umukuru w'igihugu