Uno musi ikiganiro “Kw’isoko” kiza guhagarara ku cegeranyo cashikirijwe n’umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu imbere y’inama nshingamateka, ku vyaranguwe mu mwaka wa 2022. Muri ico cegeranyo, uwo mugwi uremeza uburyo budashemeye abanyororo bapfungiwemwo mu Burundi.