Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 27/11/2021

Publié le 27 novembre 2021 par Rédaction
Abahinga mu vy’uburimyi bavuga ko abarimyi bamaze igihe bakoresha ifumbire ya FOMI irenze urugero mu mirima yabo mu Burundi. Mu kiganiro Kw’īsôko c’uno musi tuvuga ingaruka z’ukurenza urugero mu gufumbira.

Ibindi bisa n'ibi