Kw'isôko

Ikiganiro Kw’Isôko 28/05/2022

Publié le 28 mai 2022 par Rédaction
Uno musi, ikigabane Kw’Isôko kijanye n’uburusho buhabwa abantu binjiza ibintu mu gihugu bitarishe amakori, ivyo bita exonération. Burenga kure cane amafranga aba yabigenewe muyategekanijwe gukoreshwa ku mwaka ku mwaka.

Ibindi bisa n'ibi