Ndafise ijambo

Ndafise ijambo kuwa 04 Nyakanaga 2024

Burundi, Radio Inzamba
Publié le 4 septembre 2024 par Rédaction

Ikiganiro c’uno musi dushimikira ku ruhara rw’urwaruka mu kwirinda indyane n’ubukozi bw’ikibi butandukanye bufatiye ku matora. Ni mu gihe hari ibikorwa vy’iterabwoba n’ubundi bugizi bwa nabi biza biribonekeza mu gihe Uburundi buriko bw’itegurira amatora ategekanujwe mu mwaka uza w’2025. Urwaruka ahanini nibo bakoreshwa murivyo bikorwa bishobora kuzana icuka kibi mubaba badasangiye imigambwe hakajamwo n’abatoteza abandi babahora ivyiyumviro vya politike kuko batakoze ivyo bashaka.

ivurwa cane muri iki gihe n’ikoreshwa ry’Urwaruka mw’itozwa ku gahato y’amafranga yo guterea amatora bigirwa n’umugambwe uri ku butegetsi CNDD FDD, n’iyononwa ry’ingoro zimwe zimwe z ‘imigambwe. Urwaruka baratubwira inyifato babona ikenewe kurwaruka rwose kugira birinde ivyo vyose vyohungabanya agateka k’abandi.

Kaze mwese muriki kiganiro muriko mugishikirizwa na Francine Kanyange.

Ibindi bisa n'ibi