Post Views: 0 Ikiganiro « Kw’īsôko » c’uno musi gishimikira ku ngingo zafatiwe mu nama idasanzwe y’abakuru b’ibihugu vy’akarere iheruka, ku bijanye n’imigwi yitwaje ibirwanisho y’abanyamahanga icumbitse muri Republika ya Demokarasi ya Congo. #EAC#imigwi#inama#RDC