Post Views: 0 Ikigabane Kw’Isôko c’uno munsi kiza gushimikira ku biganiro bigiye gutangura i Nairobi, ibiganiro bizohuza igihugu ca Congo n’imigwi yafashe ibirwanisho ibarizwa muri ico gihugu, hamwe n’ico ivyo biganiro bishobora gushikako. #Ibiganiro#imigwi#Nairobi#RDC