Mu kiganiro Kw’Isôko c’uno munsi, tugaruka ku ngingo iherutse gufatwa n’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko, ingingo yongera ikiringo c’amezi atatu inteko za EAC zagiye kugarukana amahoro mu ntara ya Kivu yo mu buraruko, mu gihugu ca republika iharanira demokrasi ya Congo.